Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 9:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ivyo bintu vyose bimaze gutegurwa, abaherezi baraheza bakinjira igihe cose muri ca kibanza ca mbere c’ihema, bagaheza bagakora ivyo idini ryabo ryabasaba gukora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Nukw ivyo vyateguwe birtyo, abaherezi na ntaryo bama binjira mw ihema ryo hino, kugira ngo bashitse ivy’ ubuherezi:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 9:6
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo mvuga ni Abisirayeli: Imana yabagize abana bayo, ibahishurira ubwiza bwayo, igiriranira amasezerano na bo, ibaha n’ivyagezwe vyayo. Yabahaye kandi ibakwe ryo kuyisenga ibaha n’amasezerano yayo.


Ivyagezwe vyashikiriye Abisirayeli biciye mu gikorwa c’ubuherezi bw’Abalewi. None iyo ubwo buherezi buba bwarashikije ugutungana Imana yashaka, hari icari gutuma ishiraho uwundi muherezi wo mu buryo bwa Melekisedeki, atari uwo mu buryo bwa Aroni?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ