Abaheburayo 9:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Mu bisanzwe, ivyagezwe vya Mose vyasaba ko ibintu nka vyose vyozwa n’amaraso. Kuko ata guharirwa ivyaha gushobora kubaho, ata maraso asesetse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Nk’ukw ivyagezwe biri, ibintu ni nka vyose vyozwa n’amaraso, kandi hatavuye amaraso ntihaba guharirwa ivyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |