Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 9:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ivyanditse muri iryo kete ryo kuraga bishirwa mu ngiro iyo uwavyanditse yamaze gupfa. Akiriho, ivyanditswe muri ryo ntibishobora gushirwa mu ngiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Icete c’iragi kibeshwaho n’urupfu rwonyene, kuko kitagira ikimazi uwaraze akiriho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 9:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amahoro yanje ndayabasigaranye, kandi amahoro yanje ndayabahaye. Jewe singaba nk’uko isi igaba. None rero ntimuhagarike imitima canke ngo mugire ubwoba.


Bene Data, reka dufatire ku karorero ko mu buzima busanzwe. Iyo umuntu agiriraniye isezerano n’uwundi, nta wushobora kurikuraho canke ngo agire ico aryongeyeko. N’aha ni ko bimeze.


Iyo hari ikete ryo kuraga, biba nkenerwa kwerekana ko uwanditse iryo kete yamaze gupfa.


Ni co gituma n’isezerano rya mbere na ryo ryagiye mu ngiro habanje guseseka amaraso.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ