Abaheburayo 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko Imana yasanze hari ico igaya abantu bayo maze ivuga iti: “Igihe kiraje, ni ko Uhoraho avuze, aho nzogirana isezerano rishasha n’inzu ya Isirayeli hamwe n’inzu ya Yuda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kuko yavuze ibagaya, it’ Eh’ imisi igira ize, ni jewe Uhoraho mbivuze, Aho nzosezerana isezerano risha n’umuryango w’Abisirayeli n’umuryango wa Yuda, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |