Abaheburayo 8:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko Yesu, Umuherezi Mukuru wacu, yahawe igikorwa kiruta cane ic’abandi baherezi, kuko ni we muhuza wacu mw’isezerano riruta ayandi, ryubakiye ku masezerano aruta ayandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko none, igikorwa yahawe kirusha icabo kuba ciza, nk’ukw ar’ umuhūza w’isezerano riruta iryabo, kuko ryashizweho n’ivyasezeranywe biruta ivy’ iryabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |