Abaheburayo 8:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Iyo Kristo aja kuba ari kw’isi, ntivyakunda ko aba umuherezi, kuko hari hasanzwe abaherezi batanga amashikanwa nk’uko Ivyagezwe vyabitegekanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Iyaba ari mw isi ntiyobaye umuherezi, kuko har’ abandi bashikana amashikanwa nk’ukw ivyagezwe bibgiriza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |