Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 8:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Ntibazosubira kwigisha ababanyi babo, canke ngo babwirane hagati yabo bati: ‘Menya Uhoraho,’ kuko bose bazomenya jewe, kuva kuri muto muri bo kugeza ku mukuru.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Kandi ntibazokwigishanya, ng’ umuntu wese yigishe mugenzi we, Canke ngo yigishe uwo bavukana, ati Menya Uhoraho, Kuko bose bazonyimenyera, Uhereye kuri nyarucari ugashitsa k’ūhambaye muri bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 8:11
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abavugishwa n’Imana banditse bati: ‘Bose bazokwigishwa n’Imana.’ Ni co gituma umuntu wese yumvirije Data akakira inyigisho ziwe, aza aho ndi.


kandi abantu bose, abahambaye n’aboroshe, baramutangarira bakavuga bati: “Uwu mugabo ni bwa bushobozi bw’Imana, bita ‘Ubushobozi Buhambaye.’ ”


Ariko mwebwe, Mpwemu Yera mwahawe na Kristo aguma muri mwebwe, ni co gituma mudakeneye umuntu wo kubigisha. Uwo Mpwemu arabigisha ivyo mukwiye kumenya vyose, kandi ivyo abigisha ni ivy’ukuri; nta binyoma birimwo. Nuko mugume muri Kristo, nk’uko Mpwemu yabigishije.


Turazi kandi ko Umwana w’Imana yaje akaduha ugutahura, kugira ngo tumenye Imana nyakuri. Ubu turi mu Mana nyakuri kuko turi mu Mwana wayo, Yesu Kristo. Ni we Mana nyakuri kandi ni we bugingo budashira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ