Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Nta gukekeranya kuriho ko uwutanga umuhezagiro aba aruta uwuhabwa umuhezagiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ariko nta wohakana k’uworoshe adahezagirwa n’ūmurengeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:7
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo, urukundo rw’Imana n’ukunywana na Mpwemu Yera bibane namwe mwese.


Ikirengeye ivyo umuntu yokwibaza vyose, ikinyegezwa c’ukwizera kwacu kirahambaye: Kristo yabonetse mu mubiri, yemezwa na Mpwemu Yera, abonwa n’abamarayika, amenyekanishwa mu mahanga, yizerwa n’abo mw’isi, aduzwa mu bwiza bwo mw’ijuru.


Ariko Melekisedeki, atari uwo mu ruvyaro rwa Lewi, yarakiriye ica cumi ahawe na Aburahamu. Kandi Melekisedeki yarahezagiye Aburahamu, uwari yarakiriye isezerano ry’Imana.


Abaherezi bakira ica cumi ni abantu bapfa, ariko Melekisedeki we Ivyanditswe bivuga ko yamaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ