Abaheburayo 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ivyagezwe vya Mose vyategeka abaherezi bo mu muryango wa Lewi kwaka ubwoko bw’Abisirayeli ica cumi ku vyo bafise, abo na bo bari abavukanyi babo, kandi na bo bari uruvyaro rwa Aburahamu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kandi mu bana ba Lewi, ivyagezwe bigera yukw abahawe ubuherezi batangisha abantu ikigiracumi, ni bo bene wabo, nah’ abo bandurutse mu rura rwa Aburahamu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |