Abaheburayo 7:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Uwo ni we Muherezi Mukuru twari dukwiye kuronka kuko ni uwera, ntagira agasembwa kandi ntiyandujwe n’icaha. Yatandukanijwe n’abanyavyaha, maze Imana imushira mu kibanza co mw’ijuru kirusha ibindi icubahiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Vyari bitubereye kugira umuherezi mukuru ameze artyo, yera, atagira ubugunge, atanduye, yatandukanijwe n’abanyavyaha, yashizwe hejuru y’amajuru, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |