Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ariko Yesu yabaye umuherezi Imana ibanje kurahira iti: “Uhoraho yararahiye, kandi ntazohindura ico yavuze: ‘Uri umuherezi w’ibihe bidashira.’”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Abalewi bo bāhawe ubuherezi ata ndahiro; arikw iyabuhaye uyo yararahiye, imubgiye, it’ Uhoraho ararahiye, ntazokwicuza, At’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:21
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko Imana idasubira ku ngabire yatanze canke ngo ihebe abo yatoranije,


Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”


Ivyanditswe Vyera bimuvugako ngo: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira mu buryo bwa Melekisedeki.”


Kandi ivyo vyabaye habanje kuba indahiro. Abaherezi ba mbere bo babayeho hatabanje kuba indahiro.


Mu gihe ca kera hari abaherezi benshi kuko urupfu rwababuza kubandanya igikorwa.


Ivyagezwe vyashiraho abaherezi bakuru bafise intege nke, ariko inyuma y’Ivyagezwe, Imana yatoranije Umwana wayo biciye mu ndahiro; uwo ni we yabaye Umuherezi Mukuru atunganye ibihe vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ