Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Kandi ivyo vyabaye habanje kuba indahiro. Abaherezi ba mbere bo babayeho hatabanje kuba indahiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Kand’ ivyo ntivyabaye hatarih’ indahiro.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:20
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”


(kuko Ivyagezwe vya Mose nta gutungana vyashoboye gushitsa.) Ariko ubu dufise ivyizigiro biruta ivyo, bituma twegera Imana.


Ariko Yesu yabaye umuherezi Imana ibanje kurahira iti: “Uhoraho yararahiye, kandi ntazohindura ico yavuze: ‘Uri umuherezi w’ibihe bidashira.’”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ