Abaheburayo 7:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aburahamu aca afata ica cumi c’ivyo yanyaze mu rugamba vyose agiha Melekisedeki. Izina Melekisedeki risigura “umwami w’ubutungane”; umwami w’i Salemu bisigura “umwami w’amahoro.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kandi ni we Aburahamu yagabanirije ikigiracumi muri vyose, irya mbere asobanurwa, ng’ Umwami agororoka, kand’ irya kabiri yitwa Umwami w’i Salemu, risobanurwa, ng’ Umwami w’amahoro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |