Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 7:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ivyanditswe Vyera bimuvugako ngo: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira mu buryo bwa Melekisedeki.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Kukw ashingirwa intahe, ng’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira, Mu buryo bga Melekisedeki.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 7:17
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Imana yamugize Umuherezi Mukuru mu buryo bwa Melekisedeki.


Ahandi Imana yamubwiye iti: “Uri umuherezi w’ibihe bidashira, mu buryo bwa Melekisedeki.”


aho Yesu yabanje kwinjira ku bwacu, amaze kuba Umuherezi Mukuru w’ibihe bidashira mu buryo bwa Melekisedeki.


Ivyagezwe vyashikiriye Abisirayeli biciye mu gikorwa c’ubuherezi bw’Abalewi. None iyo ubwo buherezi buba bwarashikije ugutungana Imana yashaka, hari icari gutuma ishiraho uwundi muherezi wo mu buryo bwa Melekisedeki, atari uwo mu buryo bwa Aroni?


Ivyo birumvikana cane kuko habonetse uwundi muherezi ameze nka Melekisedeki.


Ariko Yesu yabaye umuherezi Imana ibanje kurahira iti: “Uhoraho yararahiye, kandi ntazohindura ico yavuze: ‘Uri umuherezi w’ibihe bidashira.’”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ