Abaheburayo 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Yesu ntiyabaye umuherezi habanje gukurikizwa ibisabwa bifatiye ku mamuko yiwe nk’umuntu, ariko yabaye umuherezi hakurikijwe ubushobozi bw’ubugingo budashobora gushira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 atāhawe ubuherezi n’uko vyashinzweho n’ivyagezwe vyo mu buryo bg’abantu, ariko yahawe ubushinzwe n’ubushobozi bg’ubugingo budashobora gukūrwaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |