Abaheburayo 6:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Bakundwa, n’aho tuvuga aya majambo, turizera ko muri mu nzira nziza; inzira ibashikana ku gakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko, abo nkunda, naho tuvuze durtyo, turazi ivyanyu tudakekeranya yuko birusha ivyo kuba vyiza, kandi bizanana n’agakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |