Abaheburayo 6:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko umurima umera amahwa n’ibitovu nta co uba umaze, uba uri hafi kuvumwa, kandi amaherezo yawo ni uguturirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Arikw iyo zimezemw’ imikere n’ibitovu, ziba zisivye, ziba zishigaje gatoya zikavumwa, iherezo ryazo n’uguturirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |