Abaheburayo 6:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 hanyuma bakava ku Mana. Ntibikunda kugarukana abantu nk’abo ku kwihana, kuko baba bahisemwo kubamba ubugira kabiri Umwana w’Imana, bagaha abandi akaryo ko kumutuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 maze bakagwa bakabivamwo, ntibishoboka gusubira kubahindura basha ngo bihane: kuko bongera kwibambira Umwana w’Imana, bakamutēterereza ahibonekeza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |