Abaheburayo 6:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ntibishoboka kugarukana ku kwihana abigeze kwakirwa n’umuco, bakumviriza ku ngabire zo mw’ijuru, bakakira ku vya Mpwemu Yera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kukw abamaze kwākirwa n’umuco, bagatamira ingabire iva mw ijuru, bagasangira Mpwemu Yera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |