Abaheburayo 6:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ivyo vyizigiro bimeze nk’inanga ifata ubwato mu kiyaga igumye kandi ikomeye ishigikiye imishaha yacu. Ni vyo bituma turengana ca gitambara gikinze ahera, tugashika imbere y’Imana; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ivyo vyizigiro tubifise nk’ikizirika umutima kigumye, gikomeye, cinjira hirya y’igihūzu gikīngiriye ahēra cane, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |