Abaheburayo 6:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Imana yatanze isezerano n’indahiro. Ibi bintu uko ari bibiri ntibishobora guhinduka kuko Imana idashobora kubesha. Ku bw’ivyo, twebwe abayihungiyeko, ivyo bidutera intege cane bigatuma twumira ku vyizigiro yadushize imbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 kugira ngo bibiri bidahinduka, ivyo Imana itabasha kubesheramwo, biduheshe kurema cane, twebge abashitse mu buhungiro, ni bgo kubangiriza ivyizigiro vyashizwe imbere yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |