Abaheburayo 6:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Imana na yo yakoresheje indahiro, kugira ngo abahawe isezerano bamenye badakekeranya ko idashobora guhindura ico yavuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ni co catumye Imana, kukw igomba kurushiriza kwereka abaragwa b’ivyasezeranywe ingen’ imigabo yayo idahinduka, ishira hagati indahiro kuba umuhūza; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |