Abaheburayo 6:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Iyo abantu barahira, babikora mw’izina ry’umuntu abaruta, kandi iyo ndahiro iza ihagarika impari zose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kukw abantu bagira indahiro ūbaruta, no mu mpāri zabo zose indahiro irengeje ikaba ari yo iziheraheza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |