Abaheburayo 6:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ico twipfuza n’uko mubandanya mwerekana uwo mwete gushika kw’iherezo, kugira ngo ivyo mwiteze mudakekeranya bize bishike. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kandi turagomba cane yuk’ umuntu wese wo muri mwebge yerekana uwo mwete nyene w’ivyizigiro vyuzuye gushitsa kw iherezo: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |