Abaheburayo 5:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Umuherezi mukuru wese atorwa mu bantu, agatorerwa guserukira abandi imbere y’Imana kugira ngo atange amashikanwa n’ibimazi vy’ivyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Umuherezi wese mukuru, kuko yarobanuwe mu bantu, ashirirwaho gukorera Imana kubg’ abantu, kugira ngw ashikane amashikanwa, atange ibimazi, vyompi vy’ivyaha; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |