Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 4:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Kuko iyo Yosuwa aja kuba yarabashikanye aho kuruhukira Imana yari yarasezeranye, Imana ntiyari gusubira kuvuga ku vyerekeye uwundi musi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kukw iyaba Yosuwa yarabaruhuye, ntiba yaravuze ubga nyuma ivy’ uwundi musi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 4:8
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamaze guhabwa iryo hema, ba sogokuruza, barongowe na Yosuwa, baje bazanye iryo sandugu mu gihugu Imana yari ihejeje kwirukanamwo amahanga imbere yabo. Iryo hema ryagumye mu gihugu gushika ku gihe c’umwami Dawidi.


Kera Imana yavuganye na ba sogokuruza kenshi kandi mu buryo bwinshi iciye ku bavugishwa na yo.


Haracariho rero akaruhuko gasa n’ak’umusi w’Isabato gategekanirijwe ubwoko bw’Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ