Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ni co gituma Imana yashizeho ikindi gihe co kwinjira aho kuruhukira yateguye, kandi ico gihe ni “uwu musi.” Imana yongeye kubivuga haciye igihe kirekire iciye muri Dawidi, mu gice twamaze kuvugako, iti: “Nimwumva ijwi ry’Imana uwu musi, ntimukomantaze imitima yanyu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 yongera gutoranya umusi, ni wo uyu musi; ivugira mu kanwa ka Dawidi, igihe kirekire cane gihise, nk’uko tumaze kuvuga, it’ Uyu musi aho mwumvira ijwi ryayo Ntimukomantaze imitima yanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 4:7
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arababwira ati: “None bishoboka gute ngo Dawidi, avugishijwe na Mpwemu, amwite Umwami? Kuko yavuze ati:


Dawidi ubwiwe, aho yavugishwa na Mpwemu Yera, yavuze ati: ‘Uhoraho yabwiye Umwami wanje ati: Icara i buryo bwanje, kugeza abansi bawe bose, ndabashize musi y’ibirenge vyawe.’


Dawidi ubwiwe ni we yivugiye mu gitabu ca Zaburi ati: ‘Uhoraho yabariye Umwami wanje ati: “Icara i buryo bwanje


Bene Data, ndashobora kubabwira ntakekeranya ko sogokuruza wacu Dawidi yapfuye agahambwa, kandi n’imva yiwe iracari hano gushika uwu musi.


Yeretswe ivyo muri kazoza, avuga ivy’ukuzuka kwa Kristo, ko atarekewe i kuzimu mu kibanza c’abapfuye, kandi ko n’umubiri wiwe utaboze.


Nuko hagera ko bataha bagiharira, hanyuma Pawulo ababwira ijambo ryo kubasezera ati: “Mpwemu Yera yavuga ukuri igihe yavuga kuri ba sogokuruza banyu, avugishije Yesaya ati:


Mwibuke ico Ivyanditswe bivuga: “Uwu musi nimwumva ijwi ryayo, ntimukomantaze imitima yanyu nk’uko Abisirayeli babikoze igihe bayigarariza.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ