Abaheburayo 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ni twebwe abizeye gusa dushobora kwinjira aho kuruhukira Imana yateguye. Ariko ku bandi Imana yavuze iti: “Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’” Ariko rero ibikorwa vyayo vyaheze igihe yarema isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kuko twebge abizeye dushika mur’ ubgo buruhukiro, nk’uko yavuze, iti Nk’uko narahiranye uburake bganje, Nti Ntibazoshika mu buruhukiro bganje: naho yari yarahejeje ibikorwa vyayo, uhereye ku kuremwa kw’ isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |