Abaheburayo 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ko dufise Umuherezi Mukuru akomeye, ari we Yesu Umwana w’Imana, yashitse mw’ijuru imbere y’Imana, muze tugumye cane ivyo twizeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Nuko, ko dufise umuherezi mukuru akomeye, yaciye mw ijuru, ni Yesu Umwana w’Imana, tubangirize ivyo twizera tukavyatura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |