Abaheburayo 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ni co gituma, ko isezerano ryo kwinjira aho kuruhukira yateguye rikiriho, dukwiye kwirinda kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe yohava atahashika. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Nuko, kukw isezerano ryo gushika mu buruhukiro bgayo rikiriho, twiyubare kugira ngo kumbure ntihagire uwo muri mwebge yiyumvirwa kw akērerewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |