Abaheburayo 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 ntimukomantaze imitima yanyu nk’uko Abisirayeli babikoze igihe bangarariza bakangerageza mu bugaragwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ntimukomantaze imitima yanyu, nk’uko mwayikomantaje mu gihe co kuratsa, Kuri wa musi wo kugerageza mu bugaragwa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |