Abaheburayo 3:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko Kristo ni umwizigirwa nk’Umwana yahawe kuganza inzu y’Imana. Kandi iyo nzu ni twebwe, niyo twagumya ugushira amanga n’ivyizigiro dufise muri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko Kristo ayoboka nk’Umwana, atwara urugo rwayo. Kand’ urugo rwayo ni twebge, namba tubangirije ubushizi bg’amanga n’ukwirata ivyizigiro vyacu rwose, gushitsa kw iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |