Abaheburayo 3:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 “Mose yabaye umwizigirwa mu nzu y’Imana nk’umukozi,” kugira ngo ashingire intahe ivyo Imana yari igiye kuvuga muri kazoza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kandi Mose yayoboka mu rugo rwayo hose nk’umushumba, kugira ngw abe icabona co gushingira intahe ibizovugwa hanyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |