Abaheburayo 3:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Mbega ni ba nde bashavuje Imana imyaka mirongo ine? Si bamwe bacumura maze imivyimba yabo ikagwa mu bugaragwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kandi ni ba nde yagiriye umwikomo imyaka mirongwine? S’abācumuye, imivyimba yabo igahindikirana mu bugaragwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |