Abaheburayo 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ni co gituma nabashavuriye, ndavuga nti: ‘Imitima yabo yama izimira, kandi ntibamenye inzira zanje.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ni co catumye ngirira umwikomo ab’ ico gihe, Nkavuga, nti Bama bazimira mu mitima yabo, Kandi ntibamenya inzira zanje; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |