Abaheburayo 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Nuko rero bene Data, mwebwe mwahamagawe n’Imana, mwiyumvire cane kuri uwu Yesu, uwo twemera nk’intumwa n’Umuherezi Mukuru wacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Nuko rero, bene Data bera, abasangiye ihamagarwa riva mw ijuru, ni mwitegereze Yesu, intumwa n’umuherezi mukuru w’ivyo twizeye tukavyatura, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |