Abaheburayo 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ahubwo, mu Vyanditswe hari uwashinze intahe ati: “Mbega umuntu ni iki kugira ngo umwibuke, umwana w’umuntu kugira ngo umwiteho? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko har’ ah’ umuntu yashinze intahe, at’ Umuntu n’iki ah’ umwibuka, Cank’ umwana w’umuntu ah’ umugendera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |