Abaheburayo 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ubu ni bwo buryo bwonyene yari gushobora kubohora abantu bari babayeho ubuzima bwabo bwose nk’abagurano kubera gutinya urupfu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 kandi ngw arokore abājakariye ubgoba bg’urupfu bose, imisi yose y’ukubaho kwabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |