Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuko yabwiye Imana ati: “Nzokwamamaza izina ryawe mu bavukanyi banje. Nzoguhimbaza ikoraniro rikoranye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 ati Nzobarira bene Data izina ryawe, Nzoririmba ngutazira hagati y’ishengero.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 2:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramubwira ati: “Imisi yose navuganye n’abantu bose ku mugaragaro. Nigishirije mu masinagogi no mu rusengero, aho abantu bakoranira. Nta kintu na kimwe navuze ninyegeje.


Mwegereye ikoraniro ry’imfura z’Imana, bandikishije amazina yabo mw’ijuru. Mwegereye Imana ubwayo, umucamanza w’abantu bose. Mwegereye impwemu z’abagororotsi bari mw’ijuru, bamaze gutunganywa rwose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ