Abaheburayo 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Vyari bikwiye ko Imana, yo yaremye vyose kandi bikaremerwa kuba ivyayo, itunganya rwose Yesu biciye mu mubabaro, kugira ngo ishikane abana bayo benshi mu bwiza bwayo, kuko Yesu ari we yatanguje inzira y’agakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kukw iyo, (ni yo yaremewe vyose kandi ni yo ibeshejeho vyose), mu kurōngōra abana benshi ngw ibazane mu bgiza, vyari biyikwiye gutunganisha rwose indōngōzi y’agakiza kabo kubabazwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |