Abaheburayo 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Umubano w’abābīranye ni wubahwe na bose, kand’ uburiri bgabo bgoye guhumanywa: kukw abashakanyi n’abasambanyi Imana izobacirakw iteka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |