Abaheburayo 13:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Mudusengere. Imitima yacu nta kibi itwagiriza kandi dushaka gukora vyose mu buryo bwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Mudusengere, kuko tuzi tudakekeranya ko turi n’imitima itarimw’ ijwi ritwagiriza ikibi, tugomba kugira ingeso nziza muri vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |