Abaheburayo 13:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Mu gihe c’isezerano rya kera, umuherezi mukuru yazana amaraso y’ibikoko ahera h’ahera nk’ikimazi c’ivyaha, ariko imibiri y’ivyo bikoko yaturirirwa inyuma y’aho bari bacumbitse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kukw imivyimba ya vya bitungwa, ivyo umuherezi mukuru ajana amaraso yavyo ahēra kuba impongano y’ivyaha, ituririrwa inyuma y’insago. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |