Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 13:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Turafise igicaniro abaherezi bakora mw’ihema badafise uburenganzira bwo kurirako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Dufise igicaniro, ico abakorera muri rya hema batemererwa kurīrako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 13:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Haba na mba. Ivyashikaniwe ibigirwamana biba vyashikaniwe abadayimoni, ari na co gituma ntashaka ko musangira n’abadayimoni.


Mbega ntimuzi ko abakora mu rusengero barya ivyo mu rusengero, kandi ko n’abakora ku gicaniro barya ivyashikanywe ku gicaniro?


Bakorera ibikorwa vyabo mu kibanza kigereranywa kikaba n’igitutu c’ivyo mw’ijuru. Kuko igihe Mose yagira yubake ihema, Imana yamubwiye imugabisha iti: “Uze urabe neza ko bikorwa nk’uko wavyerekewe kuri uwu musozi.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ