Abaheburayo 12:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nimba ba data bo kw’isi baraduhana tukabubaha, dukwiye kurushiriza kugamburukira Data w’impwemu, kugira ngo tubeho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi twari dufise ba data b’imibiri, bāradukāngīra, natwe tukabubaha: none ntituzorushiriza cane kugororokera Se w’impwemu tugahoraho? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |