Abaheburayo 12:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Mwihanganire uku guhabwa indero n’Imana, muzi ko ivyo ibikorera abana bayo bwite. Mwoba mumaze kubona umwana se adahana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ico mukwiye kwihanganira n’ugutozwa indero nziza. Imana ibagirira nk’abana bayo. N’umwana ki, adakāngīrwa na se? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |