Abaheburayo 12:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Muramaze kwibagira ya majambo yo kubatera intege Imana yababwira nk’abana bayo? Yavuze iti: “Mwana wanje, ntukagaye uguhana kw’Uhoraho, kandi ntugacike intege iyo aguhanye; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 kandi mwibagiye rya jambo ribahubūra ribahanūra nk’abana, ngo Mwana wanje, ntugaye igikāngīro c’Uhoraho, Kandi ntudendebukirwe ni yaguhana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |