Abaheburayo 12:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Ko twakira Ubwami budashobora kunyiganyizwa, muze dushimire Imana kandi tuyisenge mu buryo buyihimbara tuyitinya kandi tuyubashe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Ni co gituma, kuko twākīra ubgami budashobora kunyiganyizwa, dukwiye gukenguruka, kugira ngo tubone ingene dukorera Imana tuyihimbaye, tuyubaha tuyitinya: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |