Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abaheburayo 12:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Ibi bisigura ko ibishobora kunyiganyizwa vyose bizokurwaho, kugira ngo ibidashobora kunyiganyizwa bigumeho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Iryo jambo, ngo Hasigaye rimwe, ryerekana gukūrwaho kw’ibinyiganyizwa, kukw ar’ ivyaremwe, kugira ngw ibitoshobora kunyiganyizwa bigumeho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abaheburayo 12:27
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.


kandi ivyaremwe vyose birindiranye igishika igihe Imana izohishura abana bayo.


ko na vyo nyene bizobohorwa bikava mu buja bwo kubora, bigahabwa ku bwiza n’umwidegemvyo vy’abana b’Imana.


Abari mu rudandazwa ntibatwarwe na rwo, kuko iyi si urimwo ubu izokurwaho vuba.


Yongera iravuga iti: “Ni wewe, Uhoraho, washizeho amatanguriro y’isi, kandi amaboko yawe ni yo yaremye amajuru.


kuko hano kw’isi tutahafise igisagara camaho, ariko turiko turondera igisagara kizoza.


Ariko Kristo yaje nk’Umuherezi Mukuru w’ivyiza bisanzwe bihari, yinjira mw’ihema rikuru kandi ritunganye kuruta ayandi. Iryo ntiryubatswe n’amaboko y’abantu, bisigura ko ritari iryo mu vyaremwe.


Umumarayika w’indwi avugije inzamba yiwe, haca humvikana ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Ubwami bwo kw’isi buhindutse ubw’Umwami Imana na Kristo wiwe, kandi azoganza ibihe bidashira.”


Hanyuma nca mbona “ijuru rishasha n’isi nshansha,” kuko ijuru rya mbere n’isi ya mbere vyari vyakuweho, kandi nta n’ikiyaga cari kikihari.


Izobahanagura amosozi yose ku maso yabo. Nta rupfu canke kugandara, nta kurira canke kubabara bizoba bikiriho, kuko ivya kera bizoba bikuweho.”


Uwari yicaye ku ntebe y’inganji aravuga ati: “Ehe vyose ndabihinduye bishasha!” Aca ambwira ati: “Andika ibi mvuze, kuko aya majambo ni ayo kwizigirwa kandi ni ay’ukuri.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ