Abaheburayo 12:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Igihe Imana yavugira ku musozi Sinayi, ijwi ryayo ryanyiganyije isi; uno musi na ho Imana isezerana iti: “Nzosubira kunyiganyiza, atari isi gusa, ariko n’ijuru na ryo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ijwi ryayo ryanyiganyigije isi ico gihe: ariko noneh’ irasezeranye, iti Hasigaye rimwe, ngatigitisha, s’isi gusa, ariko n’ijuru na ryo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |